BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga

IKIBIRIRAHO,Rwa ruhigi ku bimukira muri Minnesota rwahagaze, bivugwa na wa mu ‘tsar’ w’imipaka wa Trump
Uru ruhigi ku bimukira rurarwanywa bikomeye mu bisagara vyiganziwe n’abo mu mugambwe w’Abademokarate nka Minneapolis.

Napfuye iminota 40 - dore icyo byanyigishije ku buzima
Gupfa ntabwo biha umuntu ubuzima bushya hano kwisi - nyamara ibyo niko byagendekeye Patrick Charnley.

Wa mukinyi wa Ghana Thomas Partey yagirijwe ivyaha bibiri bishasha vy’ugufata ku nguvu
Wa mukinyi w’umupira w’amaguru Thomas Partey yahoze akinira Arsenal yagirijwe ibindi vyaha bibiri aho hari uwundi mugore amwagiriza ko yamusambanije ku nguvu.

Brezil: hatowe itegeko ryemerera imbwa n'injangwe gushyingurwa hamwe na ba shebuja
Bob yabaye mu irimbi rya São Paulo aho nyirayo yashyinguwe, ahamara imyaka 10 kugeza apfuye mu mwaka wa 2021.

Kim Jong Un yatoye umukobwa wiwe abe ari we azomusubirira ku butegetsi - Niko Koreya y'Epfo ivuga
Ikigo kijejwe iperereza ca Korea y'Epfo kivuga ko Ki Ju Ae umwanya ahabwa muri iki gihe muri rubanda werekana neza ko ari we azosubirira se wiwe.

Ndayishimiye yerekeje i Addis Ababa aho ubwa mbere Uburundi bwitezwe gufata uburongozi bw’Ubumwe bwa Afrika
Izindi ncuro Uburundi bwaba bugira buhabwe ubwo burongozi bumara umwaka umwe, bwaba buri mu ruhagarara rwa politike, nko mu 2015.

Madagascar: Inkubi y'umuyaga yishe abantu 31
Ikigo cya Madagascar gishinzwe imicungire y'ibiza kivuga ko imihanda itari nyabagendwa, mu gihe ibiti byarandutse, amapoto y'umuriro aragwa ndetse 90% y'ibisenge bivaho.

'Turasaba reta ko yodufasha uwacu akagaruka' – umuryango wa wa Murundi yafatirwa muri Ukraine
Uno wo mu muryango wiwe avuga ko yagiye muri Munyonyo (11) umwaka uheze wa 2025, ajana n'abandi Barundi hamwe n'abanya-Uganda, bose bari bazi ko bagiye kwiga.

Amadosiye ya Epstein avuga iki mu vy'ukuri?
Aya madosiye yasohowe n'ubutungane bwa Amerika ubu ari mu nkuru zirimwo gutitiza abategetsi n'abandi bantu bakomakomeye kw'isi muri iyi minsi.

Ihindagurika ry'umubano hagati ya Trump na Netanyahu: 'Ntukonje Ntunashyushye'
Perezida Donald Trump yakiriye Minisitiri w'Intebe wa Israel Benjamin Netanyahu baganira mu muhezo bonyine ku kibazo ahanini cy'intwaro kirimbuzi za Iran.

Minisitiri w'intebe yasabye Sir Jim Ratcliffe gusaba imbabazi kubera kuvuga ko Ubwongereza 'bwakolonijwe n'abimukira'
Sir Keir Starmer avuga ko amagambo y'uwo munyemari akaba n'umwe muri ba nyir'ikipe ya Manchester United ari amagambo "akomeretsa kandi mabi".
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo

Umugabo yishe umukobwa we amurashe 'nyuma y'impaka kuri Donald Trump'
Urukiko rwo muri Amerika rwari rwaravuze ko uwo mugabo adakwiye gukurikiranwa, urwo mu Bwongereza ubu ruri mu iperereza rishya rwumva impande zose.

Tanzania: Imisi 100 ya Perezida Samia y'ivyiza n'umubabaro
Ni imisi 100 yatanguranye impari ku ntsinzi y'akataraboneka muri poritike y'ico gihugu, aho yatsindiye amatora yo k uwa 29 Gitugutu (10) 2025 ku majwi 98%.

Umurundi ni imfungwa y'intambara muri Ukraine - yagiye aziko agiye "kwiga engineering" mu Burusiya yoherezwa ku rugamba
Ubuhamya bwe buriyongera ku bw'abandi banyafurika bijejwe akazi, amashuri cyangwa umushahara mwiza bakisanga mu ntambara muri Ukraine. Bamwe muri bo bahasize ubuzima.

Ba nyiri Instagram na YouTube barezwe kubaka 'imashini zigira abantu imbata'
Kompanyi rutura z’ikoranabuhanga zirimo gushyirwa mu majwi ku kuntu abantu bamwe bagirwa imbata n’imbuga nkoranyambaga, mu rubanza rwanditse amateka rwatangiye i Los Angeles muri Amerika.

Icyegeranyo gishya kuri ruswa ku isi: u Burundi, u Rwanda, n'ibihugu by'akarere bihagaze he?
Mu bihugu byo muri Afurika yo munsi y'ubutayu bwa Sahara birindwi(7) gusa ni byo byateye intambwe mu kurwanya ruswa kuva mu 2012, ibindi 10 ruswa yarushijeho gukomera.

Menya aho ibirindiro by'ingabo za Amerika biri mu bihugu byo mu Burasirazuba bwo Hagati
Kubera ko hari ibihuha byinshi ku bijyanye n'uko hashobora kubaho ibikorwa bya gisirikare kuri Irani, ibirindiro bya gisirikare bya Amerika mu Burasirazuba bwo Hagati, cyane cyane mu kigobe cya Perse, byarushijeho kuvugwa cyane mu itangazamakuru ryo mu karere, hamwe n'ibikorwa by'ingabo bikomeje kwiyongera hafi y'amazi ya Iran.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts

Amajwi,Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye

Amajwi,Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore

Amajwi,Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango

Amajwi,Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana

Amajwi,Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango



















