Movatterモバイル変換


[0]ホーム

URL:


Jump to content
Wikipedia
Rondeza

Urupapuro nyamukuru

Kuva Wikipedia
Ikarata y'Uburundi

Murahawe ikaze kuri Wikipediya mu rurimi rw'Ikirundi!

Nimwisanzure mu gusoma no gutanga ivyiyumviro unakosore ivyanditswe

Gushika ubu dufise inyandiko703 mu rurimi rw'Ikirundi.

Amunfe

Amunfe ni icamwa ngirakamaro kumagara y'umuntu. Nkuko hari ivyamwa bitandukanye, amunfe ari muvyamwa bikomeye bifasha umubiri wacu . Icocamwa turagisanga neza na neza mu ntara yaMuramvya mu gihugu c'uburundi

Ibijumbu vya nzovu

Ibijumbu vyanzovu ni igiterwa Kiri muvyamira mukuzimu kiraba kini cane muri rusangi ibijumbu bavita mukinyamazuru les patates doucesKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)08:59, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Bihororo

Bihororo ni agacimbiri+ sous Coline) KO muntara na komine ya muramvya mugihugu c' uburundi kari kumusozi bita masangoKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)09:05, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

ISPG (Institut Supérieur Paramédical de Gitega)

Institut supérieur Paramédicalde Gitega (ISPG)NI ishure kaminuza ry'igitega ryigisha ibijanye nugukurikirana amagara yabantu(science de la santé) rikabaKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)18:01, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Muga

Muga ni akuzi gafise isoko muntara ya muramvya musi yahahoze haba umwami iruhande ya stade Royal de muramvyaKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)22:20, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Kiganda

Kiganda ni komine imwe mumakomine agize intara ya muramvyaKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)22:22, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Budagari

Budagari ni agacimbiri (sous Coline) kari kumusozi masango muntara na commune MURAMVYAKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)22:24, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Rwuya

Rwuya ni umutumba umwe mumitumba igize comine mbuye yo muntara ya muramvyaKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)22:26, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Gahahe

Gahahe ni agacimbiri(sous Coline) kari muntara ya muramvya kumutumba masango , Aho Niho hasanzwe haba abantu bo mumuryango wabatwa , uwomuryango ufise ubuhinga burenze mukubumba nomugucura ibikoresho bitandukanye.KUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)22:29, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Ndago

Ndago ni ni umutumba umwe Wo muri komine nintara ya muramvya, Niho hasanzwe Hari ihinguriro rihingura ifu yibinyantete( céréales) nacane cane ibigori n' ingano ( farine de maïs et de blé) iryo hinguriro baryita MINOLAC DE MURAMVYAKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)22:36, 15 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Isombe

Isombe ni ubwoko bwimboga, mukuzirya barazisekura ,ABA ari amababi y'imyumbambatiKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)12:06, 16 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Nyabugogo

Nyabugo ni quartier imwe yo munta ya GitegaKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)12:09, 16 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Sanzu 2

Sanzu 2 ni quartier yo muntara ya ruyigiKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)12:11, 16 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Ruyigi ville

Ruyigi ni intara yo mugihugu c'uburundi , agasagara kayo kagizwe nuduce canke uducimbiri( quartier ) dukurikira: hariho sanzu ya mbere, sanzu ya kabiri n'a sanzu ya gatatu , hakaba n'a gave bita gasanda ariho hasanzwe Hari parking, hakaba Aho bita mubudagi Hari ikibuga c' umupira w'amaguru c'iyo ntara.KUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)12:19, 16 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

IFI

Ifi ni agakoko kaba mumazi kandi gufungurwa nabantu, kakaba gafise ihemero rimwe kuko gahema kari mumazi gusa.Ifi iri mudukoko twibera mumazi gusa, kandi ifi ifise inyama zikundwa cane,ifi ziri ubwoko bwinshi , Hari umukeke, indagara(udufi dutoduto), sankala nizindi...KUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)21:06, 17 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Imana

Imana ni uhoraho ni Ndiho kandi yamyeho, niyo ituma dukora buri kimwe coseKUBWIMANA Bienvenu (ikiyago)21:09, 17 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Ibiro vya zone ya kibumbu

Ibiro vya zone ya Kibumbu, ni ibiro bishasha biheruka kwubakwa muri Commune nshasha yagutse ya Muramvya. Ivyo biro vyubatswe muntunganyo nshasha yukuntu Uburundi bugiye Kugaburwa . Ivyo biro vyubatswe k'umutumba wa kibumbu bikaba biri iruhande y'isoko ya Kibumbuhttps://commons.wikimedia.org/wiki/File:La_zone_Kibumbu.jpg

Ikigega c'amazi

Ikigega c'amazi ni ikintu bubaka kimeze nk'umuzingi . Icokigega c'ubakwa kugirango amazi azoze aragishikiramwo iyo ariko araza. Nobibutsako icokigega kirafasha cane iyo amazi yakamye ,kuko amabombo acaba arakoreshaamazi yashikiye mu kigega. Ikindi naco twomenya ,nuko ahantu hari amabombo hose ,bategerezwa kuhubakaibigega kugira bize birafasha mukwakira amazi nukuyabikaIRAKOZE Juliette (ikiyago)16:02, 23 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Amunfe

Amunfe ni ivyamwa dusanga ahantu hatandukanye mu gihugu c' uburundi .Amunfe ni icamwa ngirakamaro kuko kuko kirafasha mukubungabunga amagara y'Abantu . Si ivyo gusa , amunfe arafasha kandi mukuzana ingaburo umubiri ukeneye , . Ni icamwa kiribwa n'abana hamwe n'abakuze . Icocamwa tugisanga cane cane mu ntara yaMuramvya iri mu gihugu c' Uburundi neza na neza mw'ishamba c'imeza rya Kibira. Si Aho gusa tugisanga , ushobora nokugisanga nahandi hatandukanye mubice bigize igihugu c'Uburundi

https://commons.wikimedia.org/wiki/File:Les_miliantus_olysties_(Amunfe).jpg

IRAKOZE Juliette

Ibombo

Ibombo rifasha mukuzana amazi avuye mu kigega . Amabombo turayasanga henshi ngaha mugihugu c'Uburundi. Turayasanga henshi ahari ibigo ndetse n'inganda zitandukanye ngaha mu gihugu c'Uburundi.

NZISABIRA Léopold (ikiyago)16:37, 23 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Imbabura

Imbabura ni iziko rifasha muguteka Infungurwa ndetse nibindi twihereza biciye bitetse. Imbabura irakenera amakara kugira ngo iteke infungurwa. Aha twobibutsako imbabura ziri kwinshi : Hari izikozwe muvyuma , izikozwe mw'ibumba ndetse nizikozwe mwivu risanzwe ,


NZISABIRA Léopold (ikiyago)16:42, 23 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Ikiyiko

Ikiyiko ni igikoresho twifashisha mugufungura.Ikiyiko kandi ,kirafasha cane mugutegura infungugwa ndetse nomugushigisha umusururu. Mumisi iheze ,abantu mugufungura ntibakoresha ikiyiko bakoresha riho iminwe . Abandi mukunwa umusururu Aho hambere hahise,bakoresha ibihubahuba kuko ibiyiko bitari bwaze . Ariko uyumusi mugufungura abantu benshi bakoreshaikiyiko.https://commons.wikimedia.org/wiki/File:Ngaji.jpgIRAKOZE Juliette (ikiyago)08:01, 25 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Inkōko

inkōko ni igikoresho bakoresha mugungura ubugari kuri bamwe bamwe ubudari babushira munkōko mukubufungura.inkōko rero ni ikijishano bajisha muvyatsi bita ugwanfu canke bakayijisha munyuzi zigunira.

https://commons.wikimedia.org/wiki/File:Ink%C5%8Dko.jpgIRAKOZE Juliette (ikiyago)08:20, 25 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Umusenyi

Umusenyi ni ngirakamaro kuko uradufasha cane mukwubaka inzu , sico gusa ,umusenyi kandi barawusiga inzu ,bakawuvanga n'isima mukwubakainzu,igorofa...,ndetse n'ibindi vyinshi. Muri rusangi ntamuntu ashobora kwubaka inzu adafise umusenyi .

Hari ubwoko bubiri bumenyerewe bw'umusenyi,

Umusenyi uva muruzi,hamwe n'umusenyi bimba mwibuye . Ariko umusenyi uva muruzi niwo mwiza cane kuko niwo ukomeye cane . Uzosanga ariwo bakunda gukoresha kenshi cane uwo uva m'uruzi . Umusenyi mukuwukoresha bamwe bawuvanga n'isima abandi bakawuvanga n' ivu.

https://commons.wikimedia.org/wiki/File:Umusenyi_wo_kwubaka_inzu.jpgIRAKOZE Juliette (ikiyago)08:55, 25 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Nyabukongoro

Nyabukongoro ni akuzi Kari hagati y'umutumba wa Muramvya na Musagara.Ako kuzi nyabukongoro kakaba kisuka muruzi gwitwa Mucece.IRAKOZE Juliette (ikiyago)20:06, 27 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Akabati

Akabati ni Igikoresho bakoresha mugushingura ibintu . Aha twovuga :Ibikombe, Ibirahuri,Ibiyiko,Amateremusi Iradio,televiziyo n'ibindi byinshi. Akabati gakozwe mumbaho z'ibiti. Akabati ni kurumara mumuryangoNZISABIRA Léopold (ikiyago)20:34, 28 Mukakaro 2025 (UTC)[kwishura]

Subira uvuke kuri "https://rn.wikipedia.org/w/index.php?title=Urupapuro_nyamukuru&oldid=26766"
Imice:
Hinyanyura imbuga

[8]ページ先頭

©2009-2025 Movatter.jp