Movatterモバイル変換


[0]ホーム

URL:


Jump to content
Wikipedia
Rondeza

Kanada

Kuva Wikipedia
Kanada

Kanada(izina muCyongereza no muGifaransa :Canada ) niigihugu kinini giherereye mu gice co mu buraruko y’umugabane waAmerika ya Ruguru Gikikijwe n’ibahari yaAtalantike mu buseruko, ibahari yaPasifike mu burengero n’ibahari yaArikitike mu buraruko. Nico gihugu ca kabiri kinini ku isi mu buringanire nyuma y’u Burusiya, aho gifise uburinganire bwakilometero kare 9,984,670. Kanada ihana imbibe naLeta Zunze Ubumwe z’Amerika mu majepfo no mu majaruguru y’uburengerazuba, ukaba ariwo mupaka muremure ku isi.

Abantu baja muri Kanada kugira ngo baronke ubuhungiro, bahunga gutotezwa mu bihugu vyabo canke mukarere baherereye mwo.

Abakozi benshi mu kigo gifasha gutura nabo bari abimuka. Benshi bavuga izindi ndimi wongereyekoIcongereza cankeIgifaransa.

Kanada yakira abimukira barenze 200,000 buri mwaka. Abageze kuri bane kw’ijana (4%), ni impunzi kandi zifashwa na Leta. Ivyo birashoboka kubera ikori itangwa n’abandi banyagihugu ba Kanada.

One Yonge Street August 2017
Peyto Lake-Banff NP-Canada
Basílica de Notre-Dame, Montreal, Canadá, 2017-08-11, DD 20-22 HDR
Subira uvuke kuri "https://rn.wikipedia.org/w/index.php?title=Kanada&oldid=23155"
Umuce:

[8]ページ先頭

©2009-2025 Movatter.jp